Uko wahagera

Agathon Rwasa, Icegera ca Mbere C'Umukuru W’Inama Nshingamateka


Agathon Rwasa
Agathon Rwasa

Mu Burundi, Agahon Rwasa, umunyepolitike mukuru atavuga rumwe na reta, yatowe n'inama nshingamateka mu kibanza c'icegera ca mbere c'umukuru w'inama nshingamateka ku majwi 108, ku bashingamateka 112 bari bitavye.

Pascal Nyabenda asanzwe arongoye umugambwe CNDD-FDD yatowe mu kibanza c'umukuru w'inama nshingamateka ku majwi 101 kw'112 batoye.

Edouard Nduwimana asanzwe ari umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu, yatowe mu kibanza c'icegera ca kabiri c'umukuru w'inama nshingamateka, ku majwi 99 kw'112 batoye. Inkuru ya Tabitha Mukamusoni

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:47 0:00

Tukiri kandi kur’iyi nkuru Twavuganye na Agathon Rwasa, icegera ca mbere c’umukuru w’inama nshingamateka y’Uburundi: Atangura avuga imigambi afise mur’ayo mabanga mashasha.

Agathon Rwasa yahaye ikiganiro Iradiyo Ijwi rya amerika:

Tumutege amatwi.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:09 0:00

XS
SM
MD
LG