Uko wahagera

Umushikiranganji Alain Nyamitwe, Avuga Kw'Abarundi Bose, Atawukumiriwe, Bazotumirw Mu Biganiro


Umushikiranganji Alain Nyamitwe, Avuga Kw'Abarundi Bose, Atawukumiriwe, Bazotumirw Mu Biganiro
please wait

No media source currently available

0:00 0:16:32 0:00

Umushikiranganji w'Uburundi ajejwe imigenderanire hamwe n'ugufashanya n'amakungu, Alain Nyamitwe , ku musi wa gatatu igenekerezo rya 30 ry'ukwezi kw'icenda, yarahaye ikiganiro Iradiyo Ijwi rya Amerika, ari i New York ku cicaro c'ishirahamwe mpuzamakungu, ku bibazo bitandukanye. Mushobora kwumviriza.

XS
SM
MD
LG