Uko wahagera

Perezida Obama ati: Barundi, Kazoza Kanyu Karenze Politiki.


Perezida Obama ati: Barundi, Kazoza Kanyu Karenze Politiki.
please wait

No media source currently available

0:00 0:01:58 0:00

Perezida wa Leta zunze ubumwe Barack Obama asaba Abarundi bose kwunga ubumwe bakubaka igihugu cyabo. Ubu ni ubutumwa Bwana Obama yagejeje ku Barundi kuwa gatandatu tariki ya 14 y'ukwezi kwa 11 mu 2015 mw'ijambo rya videwo ryanyujijwe, ku buryo bw'umwihariko, kuri Radiyo Ijwi ry'Amerika.

XS
SM
MD
LG