Igihugu ca Mali nico cabaye igihu c' umunani mubizokina igice ca kane gishira icanyuma, Mali ikaba ibikesha inota rimwe yakuye murukino rwayihuje na Zambiya.
Mu mugwi wa Mali kari akamwemwe ntangere kubona bashika kuriyo ntambwe
Mu mugwi wa Mali kari akamwemwe ntangere kubona bashika kuriyo ntambwe